×

Avertissement

JUser::_load : impossible de charger l'utilisateur ayant l'ID 993
mardi, 09 décembre 2014 16:24 Écrit par 

SOUTIEN AU CONGRES NATIONAL EXTRAORDINAIRE DU PARTI CNDD

    Le parti CNDD porte à la connaissance de ses militants et sympathisants qu'il organise un Congrès National Extraordinaire dimanche le 28 décembre 2014 qui se tiendra en commune Kinama, quartier Carama dans la salle des réceptions «Carama Sky» à partir de 09h00. Le thème du jour est«Coalisons-nous avec les forces vives pour sauver et sauvegarder la démocratie au Burundi».

    Le parti CNDD profite de cette occasion pour solliciter votre soutien tant politique que financier pour que le congrès se déroule bien.

    Pour le soutien financier, vous pouvez passer par le numéro 0035891-01-56 ouvert à la BANCOBU au nom de Bizimana Ernest ou par le numéro 212-0064276-72 ouvert à la BCB au nom de Sindayigaya Juvent. Vous pouvez également passer par la fenêtre «Soutien» du site www.cndd-burundi.com ou par Western Union ou MoneyGram sur le nom de Ernest Bizimana. Et envoyer les coordonnées de transfert sur l'adresse email: Cette adresse e-mail est protégée contre les robots spammeurs. Vous devez activer le JavaScript pour la visualiser.

    «Tous ensemble pour le changement!».

     

    DUSHIGIKIRE IKORANIRO KAMINUZA RIDASANZWE RY'UMUGAMBWE CNDD

    Umugambwe CNDD uri n'iteka ryo kumenyesha abagumyabanga bose n'abo bose bama badushigikiye ko uriko urategura ikoraraniro kaminuza ridasanzwe rizoba kw'igenekerezo rya 28 Kigarama 2014 muri komine Kinama, karitiye Carama mu nyubakwa ikorerwamwo imanza «Carama Sky». Icivugo c'iryo koraniro kaminuza ridasanzwe kikazoba ari: «Twunge urunani, dushayure kandi dutsimbataze demokarasi mu Burundi».

    Umugambwe CNDD ukaba uboneyeho akaryo ko kubaterereza kugira ngo iryo koraniro rize rigende neza. Intererano yanyu mushobora kuyicisha ku nomero ya konte 0035891-01-56 yuguruye muri BANCOBU kw'izina rya Bizimana Ernest, canke ku nomero 212-0064276-72 yuguruye kw'izina rya Sindayigaya Juvent. Mushobora kandi gucisha intererano zanyu mu kadirisha «Soutien» ku rubuga mvajuru rwa CNDD, ari rwo «www.cndd-burundi.com». Mushobora kandi kuyirungikira Ernest Bizimana muciye kuri Weastern Union canke Money Gram, mugaca mubitumenyesha kuri aka gasanduguko mu buhinga ngurukanabumenyi: «cnddkomera@gmail». Tukaba dusubiye kubashimira cane ku kigoro mugiye kubikorana.

    "Dushire inguvu hamwe, dusezerere ubu butegetsi bugejeje demokarasi ahatemba!»

    Shigikire umugambwe wamye na ntaryo uharanira guhabuza no gutsimbataza Demokarasi mu gihugu cacu ari wo "CNDD".

    Les dernières actus

    
    Déclarations
    LES FAITS. 1. En date du 11 Octobre 2018, le Ministre de la Santé publique et de la lutte contre le SIDA, Thaddée NDIKUMANA accompagné des agents ...
    En savoir plus
    Déclarations
    Bagumyabanga, Barundi, Barundikazi mwese, Ndabaramukije amahoro, iteka n’iterambere! Ijambo rya mbere na mbere nagomba kubashikiriza ...
    En savoir plus
    Actualités internationales
    Avant l’adoption de la charte de l’OUA le 24 mai 1963, Nkwame N'krumah dira « nous devons nous unir maintenant ou périr ». Message de ...
    En savoir plus
    Déclarations
    I. INTRODUCTION La Médiation/Facilitation dans la crise burundaise vient d’inviter le CNARED-GIRITEKA, pour des consultations, après sa ...
    En savoir plus
    Actualités internationales
    Par l’Alliance des Forces Progressistes pour l’Afrique (AFPA) Juillet 2018 L'évolution démographique du continent africain est-elle ...
    En savoir plus
    Prev Next