×

Avertissement

JUser::_load : impossible de charger l'utilisateur ayant l'ID 993

Nos messages

Muryango usigwa na HAKIZIMANA JEAN BOSCO, Ncuti, Bagenzi, Bavandimwe bacu mwese mukoraniye hano, kuri uno musi w’igenekerezo rya 28/06/2022. Nk’uko mubizi, turi mu gihe c’umubabaro n’agahinda, muri uyu muhango wo guherekeza umugenzi, umuvukanyi, incuti yacu HAKIZIMANA JEAN BOSCO twabuze tutannka kw’igenekerezo rya 26/ 05/22

1. Kw’izina ry’umugambwe CNDD, no kw’izina ryanje nyene, ndahojeje umuryango wabuze, nkabasaba kwigumya muri ibi bihe bigoye cane, naho bitoroshe, turazi neza yuko ahavuye umushingantahe w’ijunja n’ijambo nka BOSCO hasigaye ikinogo kinini cane, kuko yari kirumara mu muryango. Mboneyeho kandi guhoza abanywanyi bose b’umugambwe CNDD, kuko umugambwe urabuze inkingi ikomeye cane.

2. Umushingantahe BOSCO turiko turaherekeza muri iyi mihango, turavye ivyo yakoreye igihugu camwibarutse, kandi atiriwe aravugira hejuru ngo amenyekane, ntiyari umuntu asanzwe, yari umuntu yivugira make agakora vyinshi. Ni naco gituma tuzokwama tumwibuka mu buzima bwacu ku ngendo yiwe nziza haba mu mibano, haba muri poritike, l mbere no ku rugamba rwo guharanira no guhabuza demokarasi mu Burundi. Yari koko intwari mu muryango, mu kibano no mu vyo igihugu.

vendredi, 05 juillet 2013 00:00

Message aux congressistes du parti communiste réunionnais

Écrit par

Cher camarade Elie HOARAU Secrétaire Général du PCR
Chers camarades militants du PCR

Les dernières actus


Déclarations
Isabukuru y’imyaka 28 CNDD ishinzwe Bagumyabanga,Barundi, Barundikazi mwese,Ndabaramukije amahoro, iteka n’iterambere! 1. Kuri uyu musi ...
En savoir plus
Nos messages
Muryango usigwa na HAKIZIMANA JEAN BOSCO, Ncuti, Bagenzi, Bavandimwe bacu mwese mukoraniye hano, kuri uno musi w’igenekerezo rya 28/06/2022. ...
En savoir plus
Actualités internationales
  Indignées par les persécutions et harcèlements incessants à l’endroit du Docteur Oumar Mariko, président du parti Solidarité ...
En savoir plus
Déclarations
Bagumyabanga mugize Komite nshingwabikorwa y’Umugambwe CNDD,Bagumyabanga murongoye abandi mu ntara no mu makomineBagumyabanga murongoye umuhari ...
En savoir plus
Communiqués
1. La réunion, tenue dans les enceintes de l’IGAA au quartier Kigobe, Zone Gihosha, commune de Ntahangwa, réunissait les membres du Comité ...
En savoir plus
Prev Next